dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

Amakuru

  • Home
  • Blog
  • septembre 24, 2026
  • FOMI

ISANO RIRI HAGATI Y’AMAGARA Y’ISI NDIMWA N’IBINYABUZIMA YO KU WA 7 NYAKANGA 2026.

https://youtu.be/Ck1hm_kg4y0 Santé globaleTélécharger Iyo bavuze amagara meza, akenshi twiyumvira amagara y’umuntu. Umuntu atarwaragurika, afungura imfungurwa zikwije ivyunyunyu umubiri ukeneye, akaba abayeheho neza, ahari isuku n’ivyankenerwa. Vyoba bishika tukiyumvira ku magara meza y’ahava ibifungurwa dufungura buri musi? Imbere yo kuronka ibifungurwa bigirira akamaro umuntu, dutegerezwa kuba dufise isi ndimwa ifise ubushobozi

Menya vyinshi
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀

Igice ca gatatu Mu gice ca kabiri, twarababwiye ko mu myaka 7 ishirahamwe FOMI rimaze rihingura ifumbire, yarashoboye kandi kurungika abahinga bayo ku kivi kugira bigishe abarimyi ingene bokubahiriza ingero zashinzwe zo gufumbira imirima hakoreshejwe ifumbire FOMI. Abo bahinga ba FOMI baratanze n’izindi nyigisho zijanye ahanini n’ubuhinga bwo kurima kijambere.

Menya vyinshi
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀

𝙄𝙜𝙞𝙘𝙚 𝙘𝙖 𝙠𝙖𝙗𝙞𝙧𝙞 Mu gice ca mbere twarababariye ko mu myaka 7 uruganda FOMI rumaze, hahinguwe ubwoko 3 bw’ifumbire hamwe n’Ishwagara y’indimo. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire ni FOMI Imbura, FOMI Bagara na FOMI Totahaza. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire burimwo ivyunyunyu bitandukanye ibiterwa bikenera. Nico gituma abahinga mu bushikiranganji bw’uburimyi, abo

Menya vyinshi
  • août 24, 2026
  • REDACTION

MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA

Igice ca mbere Uruganda FOMI rutumbereye mu Maramvya, zone Mutimbuzi muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura. Urwo ruganda rwatanguye gukora mu 2019, ruri hafi y’ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE. FOMI mu majambo yose ni FERTILISANTS ORGANO-MINERAUX INSDUSTRIES. Ni uruganda ruhingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Ako ni akabirya gatuma iyo

Menya vyinshi
  • août 17, 2026
  • REDACTION

MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO

Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry’agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nk’uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivuga  ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n’ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza

Menya vyinshi
  • août 14, 2026
  • REDACTION

UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Burkina Faso, Karamoko Jean Marie Traoré yaragendeye uruganda FOMI, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Myandagaro 2026. Uyo mushikiranganji akaba yari mu rugendo rw'akazi hano mu Burundi nk’intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Burkina Faso, Capitaine Ibrahim Traoré. Mw’ijambo ry’ikaze, Icegera c’Umuyobozi Mukuru wa FOMI,

Menya vyinshi
  • août 7, 2026
  • REDACTION

FOMI : IBIKORESHO VY’IBANZE BIKENEWE MU GUHINGURA IFUMBIRE BIBANDANYA BISHIKA

Imiduga minini minini irabandanya gushikana ku cicaro gikuru c’uruganda FOMI i Bujumbura, ibikoresho vy’ibanze (matières premières) bikenewe kugira hahingurwe ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Abakozi bakaba bariko barapakurura ivyo bikoresho vy’ibanze babishikana mu bubiko, mu gihe hari iyindi ihagaze irindiriye gupakururwa. Uko ivyo bikoresho vya nkenerwa bigenda birashika niko igikorwa co

Menya vyinshi
  • juillet 28, 2026
  • FOMI

ISUZUMA RIRABA UKO ISHIRAHAMWE FOMI RIKORA RYISUNZE AMATEGEKO MPUZAMAKUNGU Y’UBUZIRANENGE “ISO”

Kuva ku musi wa kane igenekerezo rya 23 mukakaro 2026,ishirahamwe FOMI ryariko rirasuzumwa n'umuhinga aturuka mw'ishirahamwe risuzuma ubuziranenge kurwego mpuzamakungu rikanatanga insangabushobozi ryo bugihugu ca Suisse SQS.Iryo suzuma ryari ryerekeye ubuziranenge ISO ari nazo FOMI isanzwe ifita indangabushobozi(certificat) kuva mu mwaka wa 2021 nazo akaba ari: ISO 9001:2015,ISO 14001:2015 na

Menya vyinshi
  • juillet 21, 2026
  • FOMI

Umwimbu w’impeshi ya 2026 muri Burunga

https://youtu.be/cMILHJSkoao Mu kiringo c’impeshi c’umwaka w’irima wa 2025-2026, abarimyi barakuye amaboko mu mpuzu,barasohora isuka,bararima bakoresheje ubuhinga bwo kurima kijambere.Barimye ibiterwa bitandukanye,barakwirikirana imirima neza,bakaba bageze aho basarura umwimbu. Abarimyi bo mu ma komine atandukanye y’intara ya # Burunga barashima umwimbu baronse  naho ikirere cabaciriyemwo. Duhereye muri komine # Rumonge neza neza

Menya vyinshi
  • juillet 21, 2026
  • FOMI

Umwimbu w’impeshi ku biharage n’umuceri muntara ya Butanyerera ( Komine Ngozi na Busoni

https://youtu.be/XL2JoCwQDFI Umwimbu w’impeshi ku biharage n’umuceri muri komine Ngozi na Busoni mu ntara ya Butanyerera n’akarusho k’ifumbire ya FOMIMuri komine Ngozi, twaragendeye umurimyi-mworozi wa kijambere akaba ari n’umugwizambuto zitandukanye, yitwa NDABARUSHIMANA Seleus. Twamusanze aho afise umurima w’ihegitari 11 yarimye ibiharage. Eka n’umuyobobozi w’ibiro bijejwe ibidukikije uburimyi n’ubworozi yari yagendeye uwmurima

Menya vyinshi
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4

Inkuru ziheruka

  • ISANO RIRI HAGATI Y’AMAGARA Y’ISI NDIMWA N’IBINYABUZIMA YO KU WA 7 NYAKANGA 2026.
  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA
  • MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (8)
  • Informations (1)
  • Uncategorized (27)
  • Vidéo (4)
  • Visite (1)

Tags

Abarimyi Bujumbura Burkina Faso Burundi FOMI Ibidukikije Ifumbire ISHWAGARA KABONEKA Salvator

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra