dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

Amakuru

  • Home
  • Blog
  • Page 3
  • août 6, 2025
  • FOMI

Urugendo rw’Intumwa z’igihugu ca Zimbabwe zagendeye ihinguriro FOMI.

Kuwa gatatu w’igenekerezo rya 6 myandagaro 2025 ishirahamwe FOMI ryarakiriye abashitsi bakomoka mu gihugu ca Zimbabwe. Mw ijambo ryo kubakira icegera c’umuyobozi mukuru w’uruganda FOMI Ir Manyange Helménégide yabashikirije muncamake ubuzima bw’uruganda imbere y’ukubasa gukwirikirana ireresi rindondora uruganda hamwe n’abashitsi bakuru bakuru bamaze kugendera uruganda. Bahejeje kuraba iyo reresi, icegera

Menya vyinshi
  • juillet 31, 2025
  • FOMI

Ikiganiro co gukangurira indero n’indangagaciro ku barongoye Igisata ca Tekinike ca FOMI.

Kur’ uyu wa kane igenekerezo rya 31 Mukakaro 2025, ubuyobozi bukuru bw’uruganda FOMI bwatunganije ikiyago ku bakozi barongoye abandi mu gisata c’ubuhinga (Direction Technique). Ico kiyago kikaba cari kirongowe n’icegera c’umuyobozi mukuru wa FOMI Ir. MANYANGE Herménégilde.Ico kiyago cari cerekeye kwibutsa abakozi uruhara n’ibikorwa bafise mw’iterambere ry’ishirahamwe hamwe n’Igihugu. Yabashimiye

Menya vyinshi
  • juillet 17, 2025
  • FOMI

Ihinguriro FOMI ryasubiye kwitera i teka ko rikora ryisunze amategeko mpuzamakungu y’ubuziranenge

https://youtu.be/-YkJklBAv4g https://youtu.be/ySfUEcHxASI https://youtu.be/65x_gu4k5lQ https://youtu.be/om22r4gz3QU https://youtu.be/F1LSszRcvD8 Uruganda ruhingura ifumbire y'ikirundi ivanze n'iy’ikizungu FOMI rwasubiye kwitera iteka ko rukora rwisunze amategeko mpuzamakungu y'ubuziranenge, ibidukikije, amagara y'abakozi n'umutekano wabo ku kazi. Ivyo bikaba vyemejwe n'umuhinga TEGUZA Raymond, ajejwe gusuzuma ko ibikorwa vyubahirije amategeko mpuzamakungu y'ubuziranenge, ibidukikije, amagara n'umutekano w'abakozi ku kazi, mw'ishirahamwe mpuzamakungu

Menya vyinshi
  • juin 25, 2025
  • FOMI

Urugendo abanyeshuri bo mw’ishure kaminuza ryigisha ivy’intwaro mu gisirikare bagize mw’ishirahamwe FOMI

Abanyeshuri bo mw'ishure kaminuza ryigisha ivy'intwaro mu gisirikare "Ecole de commandement Bataillon et de l'Etat Major" (ECBEM) ,bagendeye kur'uyu wa 24 Ruheshi ihinguriro FOMI. MANYANGE Herménégilde, icegera c'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe FOMI Mw'ijambo ry'ikaze icegera c'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe FOMI Manyange Herménégilde yabakiriye,arabacira ku mayange icarico FOMI n'ibikorwa vyaryo.Yabatumiriye gukurikira ireresi zibiri,imwe

Menya vyinshi
  • juin 7, 2025
  • FOMI

Imigenderanire hagati ya itracom holding ltd n’ibihugu vya tanzania na ghana

Uwo yatanguje uruganda FOMI mu Burundi mu 2019, mu nyuma akagura imbibe agashinga uruganda nk’urwo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya, yakiriwe n’Umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan igenekerezo rya 28 Rusama 2025. Bakaba baganiriye ku migambi iriko irarangurwa na FOMI muri Tanzaniya hamwe n’icokorwa kugira hagwizwe umwimbu w’ifumbire ihingurwa. Adrien Ntigacika

Menya vyinshi
  • janvier 17, 2025
  • FOMI

Hamwe na fomi, dukingire ibidukikije

Ishirahamwe rihingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu mu gihugu c’Uburundi FOMI, ryaritabiriye ubutumire ryahawe n’abajejwe intwaro, bafadikanije n’abajejwe uburimyi, ubworozi n’ibidukikije muntara ya Gitega, mubikorwa vyo gutera ibiti bibana n’indimo kumusi wa kane igenekerezo rya cenda(09) nzero umwaka w’2025, ivyo bikorwa bikaba vyabereye kumusozi gasirwa wo kumutumba Gwingiri muri komine Bugendana

Menya vyinshi
  • décembre 27, 2024
  • FOMI

Ishirahamwe ITRASAGRI rikoresha ifumbire za FOMI kandi rirashima bivanye n’umwimbu ribona rigiye kuronka

https://youtu.be/8MXr2GMvf6k ITRASAGRIE_FOMI Aha mubona ni mu Gihugu c’Uburundi, umutima wa Afrika mu ntara ya Kayanza, aho ITRACOM SEED AND AGRICULTURE, ITRASAGRI mu mpfunyapfunyo, ishirahamwe ryishinze guteza imbere igisata c’imbuto zirobanuye, mu bihugu uruganda FOMI rusanzwe ruhinguriramwo ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu, ifasha gusubiza isi akanovera, igafasha no kugiza umwimbu, haraciye imyaka

Menya vyinshi
  • février 27, 2023
  • FOMI

Ugufumbira kubereye ni ukwahe?

https://www.youtube.com/watch?v=vFsYm7I7LeI  

Menya vyinshi
  • février 24, 2023
  • FOMI

Hokorwa iki kugira isi isubire kugira akanovera?

https://www.youtube.com/watch?v=5j2zO5KvTMg

Menya vyinshi
  • février 23, 2023
  • FOMI

Isi ndimwa y’Uburundi imeze gute?

https://www.youtube.com/watch?v=Lj2bwSRkcEA

Menya vyinshi
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4

Inkuru ziheruka

  • ISUZUMA RIRABA UKO ISHIRAHAMWE FOMI RIKORA RYISUNZE AMATEGEKO MPUZAMAKUNGU Y’UBUZIRANENGE “ISO”
  • Umwimbu w’impeshi ya 2026 muri Burunga
  • Umwimbu w’impeshi ku biharage n’umuceri muntara ya Butanyerera ( Komine Ngozi na Busoni
  • NGOZI : UMUGWIZAMBUTO FELIX NIYONZIMA YITEZE UMWIMBU MWIZA W’IBIGORI YARIMYE MURI NZERO 2026
  • INKEBUZO

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (2)
  • Uncategorized (26)
  • Vidéo (4)

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra