dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€

  • Home
  • πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

Igice ca gatatu

Mu gice ca kabiri, twarababwiye ko mu myaka 7 ishirahamwe FOMI rimaze rihingura ifumbire, yarashoboye kandi kurungika abahinga bayo ku kivi kugira bigishe abarimyi ingene bokubahiriza ingero zashinzwe zo gufumbira imirima hakoreshejwe ifumbire FOMI. Abo bahinga ba FOMI baratanze n’izindi nyigisho zijanye ahanini n’ubuhinga bwo kurima kijambere. Abarimyi barabikenguruka kuko vyabafashije kugwiza umwimbu.

Mu gice ca gatatu ,tubayagira ku bijanye n’ibikorwa ishirahamwe FOMI rimaze kurangura mu bijanye no gukingira ibidukikije. Umuhinga mu vyo gufumbira isi, Kaboneka Salvator avuga ko bimwe mu bintu bituma isi ndimwa igira amagara meza ari ukuyikingira inkukura. Ku misozi ihanamye abahinga bahanura abarimyi guca imikobeko no gutera ibiti bibana n’indimo. Iyo imisozi ihanamye idakingiye neza, naho ufumbira umurima, inkukura iraheza ikamarira ya fumbire n’ibindi vyunyunyu isi ikenera mu myonga no mu nzuzi.

Mu myaka 7 iheze FOMI iri ku kivi, yaraterereye mu bijanye no gukingira ibidukikije. Umuyobozi ajejwe uburimyi muri FOMI, Kanyegeri Cassien amenyesha ko gushika mw’isizeni ry’umwaka w’irima wa 2025-2026, FOMI yarimaze gutera imivyaro y’ibiti 2.695.130 mu ntara 4 biciye mu mugambi w’Igihugu EWE BURUNDI URAMBAYE.

Ivyo biti hambavu y’uko bituma isi ikingirwa inkukura, birayifasha kugumya vya vyunyunyu ibinyabuzima bikenera kugira bihingure isi ndimwa neza.Uwo mugambi ukaba umaze gufasha uturere imiryango itari mike. Hari n’abamaze kuvyaza ivyo biti umusaruro, bituma amikoro yabo yisununura. Mu gice ca kane, tuzobabwira ibijanye n’ingene uruganda FOMI rwahavuye rurenga imbibe z’Uburundi. Hari abatwandikiye batubaza aho uburyo bwo kwubaka mu bindi bihuvu buva. Muzoronka umuco.

Tags:

FOMIIbidukikijeIfumbireISHWAGARAKABONEKA Salvator
πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€

Inkuru ziheruka

  • πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€
  • πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€
  • MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA
  • MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO
  • UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire Γ  afficher.

Category

  • ActualitΓ©s (8)
  • Informations (1)
  • Uncategorized (26)
  • VidΓ©o (4)
  • Visite (1)

Tags

Abarimyi Bujumbura Burkina Faso Burundi FOMI Ibidukikije Ifumbire ISHWAGARA KABONEKA Salvator

Twandikire

  • Route de l'AΓ©roport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

Β© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra