dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

Actualités

  • Home
  • Archive for category "Actualités"
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀

Igice ca gatatu Mu gice ca kabiri, twarababwiye ko mu myaka 7 ishirahamwe FOMI rimaze rihingura ifumbire, yarashoboye kandi kurungika abahinga bayo ku kivi kugira bigishe abarimyi ingene bokubahiriza ingero zashinzwe zo gufumbira imirima hakoreshejwe ifumbire FOMI. Abo bahinga ba FOMI baratanze n’izindi nyigisho zijanye ahanini n’ubuhinga bwo kurima kijambere.

Read more
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀

𝙄𝙜𝙞𝙘𝙚 𝙘𝙖 𝙠𝙖𝙗𝙞𝙧𝙞 Mu gice ca mbere twarababariye ko mu myaka 7 uruganda FOMI rumaze, hahinguwe ubwoko 3 bw’ifumbire hamwe n’Ishwagara y’indimo. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire ni FOMI Imbura, FOMI Bagara na FOMI Totahaza. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire burimwo ivyunyunyu bitandukanye ibiterwa bikenera. Nico gituma abahinga mu bushikiranganji bw’uburimyi, abo

Read more
  • août 24, 2026
  • REDACTION

MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA

Igice ca mbere Uruganda FOMI rutumbereye mu Maramvya, zone Mutimbuzi muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura. Urwo ruganda rwatanguye gukora mu 2019, ruri hafi y’ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE. FOMI mu majambo yose ni FERTILISANTS ORGANO-MINERAUX INSDUSTRIES. Ni uruganda ruhingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Ako ni akabirya gatuma iyo

Read more
  • août 17, 2026
  • REDACTION

MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO

Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry’agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nk’uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivuga  ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n’ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza

Read more
  • août 14, 2026
  • REDACTION

UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Burkina Faso, Karamoko Jean Marie Traoré yaragendeye uruganda FOMI, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Myandagaro 2026. Uyo mushikiranganji akaba yari mu rugendo rw'akazi hano mu Burundi nk’intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Burkina Faso, Capitaine Ibrahim Traoré. Mw’ijambo ry’ikaze, Icegera c’Umuyobozi Mukuru wa FOMI,

Read more
  • août 7, 2026
  • REDACTION

FOMI : IBIKORESHO VY’IBANZE BIKENEWE MU GUHINGURA IFUMBIRE BIBANDANYA BISHIKA

Imiduga minini minini irabandanya gushikana ku cicaro gikuru c’uruganda FOMI i Bujumbura, ibikoresho vy’ibanze (matières premières) bikenewe kugira hahingurwe ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Abakozi bakaba bariko barapakurura ivyo bikoresho vy’ibanze babishikana mu bubiko, mu gihe hari iyindi ihagaze irindiriye gupakururwa. Uko ivyo bikoresho vya nkenerwa bigenda birashika niko igikorwa co

Read more
  • août 6, 2025
  • FOMI

Urugendo rw’Intumwa z’igihugu ca Zimbabwe zagendeye ihinguriro FOMI.

Kuwa gatatu w’igenekerezo rya 6 myandagaro 2025 ishirahamwe FOMI ryarakiriye abashitsi bakomoka mu gihugu ca Zimbabwe. Mw ijambo ryo kubakira icegera c’umuyobozi mukuru w’uruganda FOMI Ir Manyange Helménégide yabashikirije muncamake ubuzima bw’uruganda imbere y’ukubasa gukwirikirana ireresi rindondora uruganda hamwe n’abashitsi bakuru bakuru bamaze kugendera uruganda. Bahejeje kuraba iyo reresi, icegera

Read more
  • décembre 27, 2024
  • FOMI

Ishirahamwe ITRASAGRI rikoresha ifumbire za FOMI kandi rirashima bivanye n’umwimbu ribona rigiye kuronka

https://youtu.be/8MXr2GMvf6k ITRASAGRIE_FOMI Aha mubona ni mu Gihugu c’Uburundi, umutima wa Afrika mu ntara ya Kayanza, aho ITRACOM SEED AND AGRICULTURE, ITRASAGRI mu mpfunyapfunyo, ishirahamwe ryishinze guteza imbere igisata c’imbuto zirobanuye, mu bihugu uruganda FOMI rusanzwe ruhinguriramwo ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu, ifasha gusubiza isi akanovera, igafasha no kugiza umwimbu, haraciye imyaka

Read more

Inkuru ziheruka

  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA
  • MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO
  • UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (8)
  • Informations (1)
  • Uncategorized (26)
  • Vidéo (4)
  • Visite (1)

Tags

Abarimyi Bujumbura Burkina Faso Burundi FOMI Ibidukikije Ifumbire ISHWAGARA KABONEKA Salvator

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra