dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

REDACTION

  • Home
  • Articles posted by REDACTION
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€

Igice ca gatatu Mu gice ca kabiri, twarababwiye ko mu myaka 7 ishirahamwe FOMI rimaze rihingura ifumbire, yarashoboye kandi kurungika abahinga bayo ku kivi kugira bigishe abarimyi ingene bokubahiriza ingero zashinzwe zo gufumbira imirima hakoreshejwe ifumbire FOMI. Abo bahinga ba FOMI baratanze n’izindi nyigisho zijanye ahanini n’ubuhinga bwo kurima kijambere.

Read more
  • septembre 5, 2026
  • REDACTION

πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€

π™„π™œπ™žπ™˜π™š π™˜π™– π™ π™–π™—π™žπ™§π™ž Mu gice ca mbere twarababariye ko mu myaka 7 uruganda FOMI rumaze, hahinguwe ubwoko 3 bw’ifumbire hamwe n’Ishwagara y’indimo. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire ni FOMI Imbura, FOMI Bagara na FOMI Totahaza. Ubwo bwoko 3 bw’ifumbire burimwo ivyunyunyu bitandukanye ibiterwa bikenera. Nico gituma abahinga mu bushikiranganji bw’uburimyi, abo

Read more
  • aoΓ»t 24, 2026
  • REDACTION

MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA

Igice ca mbere Uruganda FOMI rutumbereye mu Maramvya, zone Mutimbuzi muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura. Urwo ruganda rwatanguye gukora mu 2019, ruri hafi y’ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE. FOMI mu majambo yose ni FERTILISANTS ORGANO-MINERAUX INSDUSTRIES. Ni uruganda ruhingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Ako ni akabirya gatuma iyo

Read more
  • aoΓ»t 17, 2026
  • REDACTION

MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO

Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry’agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nk’uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivugaΒ  ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n’ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza

Read more
  • aoΓ»t 14, 2026
  • REDACTION

UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’ayandi makungu muri Burkina Faso, Karamoko Jean Marie TraorΓ© yaragendeye uruganda FOMI, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Myandagaro 2026. Uyo mushikiranganji akaba yari mu rugendo rw'akazi hano mu Burundi nk’intumwa y’Umukuru w’Igihugu ca Burkina Faso, Capitaine Ibrahim TraorΓ©. Mw’ijambo ry’ikaze, Icegera c’Umuyobozi Mukuru wa FOMI,

Read more
  • aoΓ»t 7, 2026
  • REDACTION

FOMI : IBIKORESHO VY’IBANZE BIKENEWE MU GUHINGURA IFUMBIRE BIBANDANYA BISHIKA

Imiduga minini minini irabandanya gushikana ku cicaro gikuru c’uruganda FOMI i Bujumbura, ibikoresho vy’ibanze (matiΓ¨res premiΓ¨res) bikenewe kugira hahingurwe ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu. Abakozi bakaba bariko barapakurura ivyo bikoresho vy’ibanze babishikana mu bubiko, mu gihe hari iyindi ihagaze irindiriye gupakururwa. Uko ivyo bikoresho vya nkenerwa bigenda birashika niko igikorwa co

Read more

Inkuru ziheruka

  • πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€
  • πŒπ„ππ˜π€ πˆπ•π˜πŽ π…πŽπŒπˆ π˜π€π‘π€ππ†π”π˜π„ πŒπ” πŒπ˜π€πŠπ€ πŸ• πˆπŒπ€π™π„ πˆπ“π€ππ†π”π˜π„ πˆππˆπŠπŽπ‘π–π€
  • MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA
  • MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO
  • UMUSHIKIRANGANJI AJEJWE IMIGENDERANIRE N’AYANDI MAKUNGU WA BURKINA FASO ARASHIMA IHANGIRO RY’URUGANDA FOMI MU GUTEZA IMBERE IGISATA C’UBURIMYI

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire Γ  afficher.

Category

  • ActualitΓ©s (8)
  • Informations (1)
  • Uncategorized (26)
  • VidΓ©o (4)
  • Visite (1)

Tags

Abarimyi Bujumbura Burkina Faso Burundi FOMI Ibidukikije Ifumbire ISHWAGARA KABONEKA Salvator

Twandikire

  • Route de l'AΓ©roport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

Β© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra