MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO
Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry’agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nk’uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivuga ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n’ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza
Read more