πππππ ππππ π πππ πππππππππ ππ πππππ π πππππ ππππππππ ππππππππ
Igice ca gatatu Mu gice ca kabiri, twarababwiye ko mu myaka 7 ishirahamwe FOMI rimaze rihingura ifumbire, yarashoboye kandi kurungika abahinga bayo ku kivi kugira bigishe abarimyi ingene bokubahiriza ingero zashinzwe zo gufumbira imirima hakoreshejwe ifumbire FOMI. Abo bahinga ba FOMI baratanze nβizindi nyigisho zijanye ahanini nβubuhinga bwo kurima kijambere.
Read moreMENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO
Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ryβagatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nkβuko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivugaΒ ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane nβayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza
Read more