dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

Umugwi ukina umupira wa maguru w’u Burundi Aigle noir wakinye urukino na ASAS Djibouti Télécom yo mu gihugu ca Djibouti.

  • Home
  • Umugwi ukina umupira wa maguru w’u Burundi Aigle noir wakinye urukino na ASAS Djibouti Télécom yo mu gihugu ca Djibouti.
  • décembre 4, 2025
  • FOMI

Kw’igenekerezo rya 21 Nyakanga 2025, umugwi wo mu Burundi Aglai Noir wakinye n’umugwi ASAS Djibouti Telecom wo mu gihugu ca Djibouti.
Urwo rukino rwabereye mu ntara ya Bujumbura, ku kibuga Intwari, rurangira imigwi yompi inganije (0–0).

Ihinguriro FOMI, ikora ifumbire , yari mu masosiyete yafashe mu mugongo urwo rukino.
Abayobozi b’ama département atandukanye ya FOMI bari bahishikiye kwirabira urwo rukino.

Abashikiranganji batatu (3) ba Reta ya RDC baragendeye ihinguriro FOMI.
umwizero ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije butanze kw’ikena ry’ifumbire #Fomi.

Inkuru ziheruka

  • IGIKORWA CO GUHINGURA IFUMBIRE FOMI KIRABANDANYA
  • KWAMA HAFI ABAKOZI MU KUBAHIMIRIZA NA NTARYO KU NYIFATO IBEREYE MU KAZI ,NI VYO BIRANGA ISHIRAHAMWE FOMI.
  • Igikino KARUBWENGE cakiniwe muntara Butanyerera, komine Kayanza
  • Bungabunga isi, gwiza umwimbu n’ifumbire FOMI, 2026
  • MBUNGABUNGA NKUGABURIRE DU 26 FEVRIER 2026

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (2)
  • Uncategorized (19)
  • Vidéo (4)

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra