dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

ISHIRAHAMWE FOMI RIRI KUMURINDI MWIZA WO GUHINGURA NO GUTANGA IFUMBIRE MUGIHUGU C’UBURUNDI

  • Home
  • ISHIRAHAMWE FOMI RIRI KUMURINDI MWIZA WO GUHINGURA NO GUTANGA IFUMBIRE MUGIHUGU C’UBURUNDI
  • février 6, 2026
  • FOMI

Mu rugendo rudasanzwe ishirahamwe FOMI ryakoranye n’abajejwe Uburimyi muntara bo n’aba Buramatari b’intara zigize igihugu c’uburundi mububiko bw’ifumbire ya FOMI muntara z’igihugu c’uburundi, vyarigaragaje ko ububiko bushikiramwo ifumbire ya FOMI buriko buruzura. Kubw’ivyo igikenewe cihuta ubu n’uko iyo fumbire yojanwa mu mazone hama igahabwa abarimyi narirwa tugeze mugihe c’impeshi ifumbire FOMI imbura ikenewe cane

Ikiganiro ishirahamwe FOMI ryahaye abamenyesha amakuru cerekeye umwimbu n’itangwa ry’ifumbire vyo ku wa 31 Kigarama 2025.

Leave a comment

Cancel reply

Inkuru ziheruka

  • ISHIRAHAMWE FOMI RIRI KUMURINDI MWIZA WO GUHINGURA NO GUTANGA IFUMBIRE MUGIHUGU C’UBURUNDI
  • Ikiganiro ishirahamwe FOMI ryahaye abamenyesha amakuru cerekeye umwimbu n’itangwa ry’ifumbire vyo ku wa 31 Kigarama 2025.
  • ISHIRAHAMWE FOMI NTA TERABWOBA IRIKO IRAGIRA KUMUSHIKIRANGANJI AJEJWE UBUTUNZI MU BURUNDI
  • umwizero ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije butanze kw’ikena ry’ifumbire #Fomi.
  • Umugwi ukina umupira wa maguru w’u Burundi Aigle noir wakinye urukino na ASAS Djibouti Télécom yo mu gihugu ca Djibouti.

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (2)
  • Uncategorized (14)
  • Vidéo (4)

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra