dustra
  • Intango
  • Abo Turi
  • Ibicuruzwa vyacu
    • FOMI-IMBURA
    • FOMI-TOTAHAZA
    • FOMI-BAGARA
    • ISHWAGARA
  • Abakozi Bacu
  • Amakuru
  • Twandikire
  • Indimi
    • FRA
    • ENG
    • SWA

ISANO RIRI HAGATI Y’AMAGARA Y’ISI NDIMWA N’IBINYABUZIMA YO KU WA 7 NYAKANGA 2026.

  • Home
  • ISANO RIRI HAGATI Y’AMAGARA Y’ISI NDIMWA N’IBINYABUZIMA YO KU WA 7 NYAKANGA 2026.
  • septembre 24, 2026
  • FOMI
Santé globaleTélécharger

Iyo bavuze amagara meza, akenshi twiyumvira amagara y’umuntu. Umuntu atarwaragurika, afungura imfungurwa zikwije ivyunyunyu umubiri ukeneye, akaba abayeheho neza, ahari isuku n’ivyankenerwa. Vyoba bishika tukiyumvira ku magara meza y’ahava ibifungurwa dufungura buri musi? Imbere yo kuronka ibifungurwa bigirira akamaro umuntu, dutegerezwa kuba dufise isi ndimwa ifise ubushobozi bwo gutanga umwimbu w’akanovera. Iyo tuvuze isi ndimwa, ntituba tuvuze gusa aho abarimyi batera imbuto, ivu. Isi ndimwa, ifise amagara meza ni yasi ishobora gukora ibikorwa vyayo nko gufasha ibiterwa gukura, gutuma amazi anyengetera, imizi y’ibiterwa igakura, kubungabunga ibinyabuzima biyibamwo, no guha ibiterwa ivyunyunyu bikenewe, hama umwimbu uboneka. Ubwo none muri kino gihe, isi yoba igifise ubushobozi bwo gutanga umwimbu mwiza kandi ukwiye? Ni ibiki bishobora gutuma isi ndimwa itagira amagara meza? Hokorwa iki kugira dusubize isi ndimwa amagara meza? Kubera iki amagara y’isi ndimwa ari ngirakamaro ku bikoko no ku bantu? Inyishu z’ivyo bibazo ni muri iki kiganiro aho umuhinga mu vyo gufumbira isi aza gutanga umuco.

𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀

Inkuru ziheruka

  • ISANO RIRI HAGATI Y’AMAGARA Y’ISI NDIMWA N’IBINYABUZIMA YO KU WA 7 NYAKANGA 2026.
  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • 𝐌𝐄𝐍𝐘𝐀 𝐈𝐕𝐘𝐎 𝐅𝐎𝐌𝐈 𝐘𝐀𝐑𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐌𝐔 𝐌𝐘𝐀𝐊𝐀 𝟕 𝐈𝐌𝐀𝐙𝐄 𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐔𝐘𝐄 𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀
  • MENYA IVYO FOMI YARANGUYE MU MYAKA 7 IMAZE ITANGUYE IBIKORWA
  • MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO

Commentaires ziheruka

Aucun commentaire à afficher.

Category

  • Actualités (8)
  • Informations (1)
  • Uncategorized (27)
  • Vidéo (4)
  • Visite (1)

Tags

Abarimyi Bujumbura Burkina Faso Burundi FOMI Ibidukikije Ifumbire ISHWAGARA KABONEKA Salvator

Twandikire

  • Route de l'Aéroport(RN5)-Zone Mutimbuzi
  • info@fomi.bi

Ibicuruzwa Vyacu

  • FOMI-IMBURA
  • FOMI-TOTAHAZA
  • FOMI-BAGARA
  • ISHWAGARA

Isaha zo gukora

  • Kuwa Mbere :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kabiri :
    8.00- 17.00
  • Kuwa Gatatu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Kane - Kuwa Gatanu :
    8.00 - 17.00
  • Kuwa Gatandatu :
    8.00 - 13.00
  • Ku wa Mungu :
    Turugaye

© 2025 FOMI- Designed by Manix MUGISHA.

  • Terms Of user
  • License
  • Support
dustra