ISHIRAHAMWE FOMI NTA TERABWOBA IRIKO IRAGIRA KUMUSHIKIRANGANJI AJEJWE UBUTUNZI MU BURUNDI
FOMI nta menace canke iterabwoba iriko iragira ku mushikiranganji w’ubutunzi kuko isanzwe ikorana neza na Reta y’Uburundi. FOMI itanga ifumbire hisunzwe amasezerano ifitaniye na Reta y’Uburundi. Mur’ayo masezerano ibiharuro biba ari ivy’ibanze, ibiharuro nyezina MINEAGRIE ibimenyesha FOMI abarimyi bahejeje kuriha amahera y’ibanze ariyo vansi. Kubera ihimiriza rya Nyenicubahiro umukuru w’igihugu
Menya vyinshiumwizero ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije butanze kw’ikena ry’ifumbire #Fomi.
Mu ruganda ishirahamwe #MAC ryatunganije kuri uyu wa kane muri Hotel Source du Nil mu gisagara ca #Bujumbura, mu ntumbero yo kwihweza ibikorwa rimaze kurangura kuva mu 2022 gushika mu 2025, abafashe amajambo bose bashimye inyigisho bahawe n’abakozi ba FOMI zijanye n’ukuntu bofumbira isi ndimwa bakoresheje ifumbire FOMI.Uwurongoye #MAC NDUWIMANA
Menya vyinshiUmugwi ukina umupira wa maguru w’u Burundi Aigle noir wakinye urukino na ASAS Djibouti Télécom yo mu gihugu ca Djibouti.
Kw’igenekerezo rya 21 Nyakanga 2025, umugwi wo mu Burundi Aglai Noir wakinye n’umugwi ASAS Djibouti Telecom wo mu gihugu ca Djibouti.Urwo rukino rwabereye mu ntara ya Bujumbura, ku kibuga Intwari, rurangira imigwi yompi inganije (0–0). Ihinguriro FOMI, ikora ifumbire , yari mu masosiyete yafashe mu mugongo urwo rukino.Abayobozi b’ama département
Menya vyinshiAbashikiranganji batatu (3) ba Reta ya RDC baragendeye ihinguriro FOMI.
https://youtu.be/0iLMyPJ7VXg
Menya vyinshiUwurongoye urwego rugenzura ivy’ifumbire muri tanzaniya arashima ingene uruganda fomi rühingura rukongera rukegereza abarimyi ifumbire
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 8 Nyakanga 2025 Ishirahamwe rihingura ifumbire y’ ikirundi ivanze n’iy’ikizungu FOMI ryakiriye abashitsi bavuye mu gihugu ca Tanzania. Bari barongowe n’umukuru w’urwego rugenzura ivy’ifumbire mu gihugu ca Tanzania" Tanzania Fertilizer Regulatory Authority" ,Dr Antony Diallo.Mw’ijambo ry’ikaze umuyozi mukuru wa FOMI Simon Ntirampeba yababwiye mu
Menya vyinshiUmugambi Fomi izokorera i bukemba uzokenera abakozi benshi n’amatongo yagutse kugira iteze imbere igisata c’uburimyi n’ ubworozi .
https://youtu.be/HlYeBbFaiaw Mu nama yabereye i Gitega ku wa 29 Myandagaro 2025, irongowe n’Umushikirangaji mu vyo ajejwe harimwo uburimyi n’ubworozi, Calinie MBARUSHIMANA, harashikirijwe imigambi mikuru mikuru iriko irashirwa imbere mu ntumbero yo guteza imbere uburimyi buzoshikana Uburundi ku mbonakazoza y’Igihugu cifashe mu 2040, igihugu giteye imbere mu 2060. Iyo nama ikaba
Menya vyinshiUrugendo rw’Intumwa z’igihugu ca Zimbabwe zagendeye ihinguriro FOMI.
Kuwa gatatu w’igenekerezo rya 6 myandagaro 2025 ishirahamwe FOMI ryarakiriye abashitsi bakomoka mu gihugu ca Zimbabwe. Mw ijambo ryo kubakira icegera c’umuyobozi mukuru w’uruganda FOMI Ir Manyange Helménégide yabashikirije muncamake ubuzima bw’uruganda imbere y’ukubasa gukwirikirana ireresi rindondora uruganda hamwe n’abashitsi bakuru bakuru bamaze kugendera uruganda. Bahejeje kuraba iyo reresi, icegera
Menya vyinshiIkiganiro co gukangurira indero n’indangagaciro ku barongoye Igisata ca Tekinike ca FOMI.
Kur’ uyu wa kane igenekerezo rya 31 Mukakaro 2025, ubuyobozi bukuru bw’uruganda FOMI bwatunganije ikiyago ku bakozi barongoye abandi mu gisata c’ubuhinga (Direction Technique). Ico kiyago kikaba cari kirongowe n’icegera c’umuyobozi mukuru wa FOMI Ir. MANYANGE Herménégilde.Ico kiyago cari cerekeye kwibutsa abakozi uruhara n’ibikorwa bafise mw’iterambere ry’ishirahamwe hamwe n’Igihugu. Yabashimiye
Menya vyinshiIhinguriro FOMI ryasubiye kwitera i teka ko rikora ryisunze amategeko mpuzamakungu y’ubuziranenge
https://youtu.be/-YkJklBAv4g https://youtu.be/ySfUEcHxASI https://youtu.be/65x_gu4k5lQ https://youtu.be/om22r4gz3QU https://youtu.be/F1LSszRcvD8 Uruganda ruhingura ifumbire y'ikirundi ivanze n'iy’ikizungu FOMI rwasubiye kwitera iteka ko rukora rwisunze amategeko mpuzamakungu y'ubuziranenge, ibidukikije, amagara y'abakozi n'umutekano wabo ku kazi. Ivyo bikaba vyemejwe n'umuhinga TEGUZA Raymond, ajejwe gusuzuma ko ibikorwa vyubahirije amategeko mpuzamakungu y'ubuziranenge, ibidukikije, amagara n'umutekano w'abakozi ku kazi, mw'ishirahamwe mpuzamakungu
Menya vyinshi