Urugendo abanyeshuri bo mw’ishure kaminuza ryigisha ivy’intwaro mu gisirikare bagize mw’ishirahamwe FOMI
Abanyeshuri bo mw'ishure kaminuza ryigisha ivy'intwaro mu gisirikare "Ecole de commandement Bataillon et de l'Etat Major" (ECBEM) ,bagendeye kur'uyu wa 24 Ruheshi ihinguriro FOMI. MANYANGE Herménégilde, icegera c'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe FOMI Mw'ijambo ry'ikaze icegera c'umuyobozi mukuru w'ishirahamwe FOMI Manyange Herménégilde yabakiriye,arabacira ku mayange icarico FOMI n'ibikorwa vyaryo.Yabatumiriye gukurikira ireresi zibiri,imwe
Read moreImigenderanire hagati ya itracom holding ltd n’ibihugu vya tanzania na ghana
Uwo yatanguje uruganda FOMI mu Burundi mu 2019, mu nyuma akagura imbibe agashinga uruganda nk’urwo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya, yakiriwe n’Umukuru w’igihugu Samia Suluhu Hassan igenekerezo rya 28 Rusama 2025. Bakaba baganiriye ku migambi iriko irarangurwa na FOMI muri Tanzaniya hamwe n’icokorwa kugira hagwizwe umwimbu w’ifumbire ihingurwa. Adrien Ntigacika
Read moreHamwe na fomi, dukingire ibidukikije
Ishirahamwe rihingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu mu gihugu c’Uburundi FOMI, ryaritabiriye ubutumire ryahawe n’abajejwe intwaro, bafadikanije n’abajejwe uburimyi, ubworozi n’ibidukikije muntara ya Gitega, mubikorwa vyo gutera ibiti bibana n’indimo kumusi wa kane igenekerezo rya cenda(09) nzero umwaka w’2025, ivyo bikorwa bikaba vyabereye kumusozi gasirwa wo kumutumba Gwingiri muri komine Bugendana
Read moreFOMI yaraguye uruganda bikazotuma ikora amatoni 600 y’ifumbire ku musi
https://youtu.be/Ft6OhK2u0HM
Read more