Urugendo rw’Intumwa z’igihugu ca Zimbabwe zagendeye ihinguriro FOMI.
Kuwa gatatu w’igenekerezo rya 6 myandagaro 2025 ishirahamwe FOMI ryarakiriye abashitsi bakomoka mu gihugu ca Zimbabwe. Mw ijambo ryo kubakira icegera c’umuyobozi mukuru w’uruganda FOMI Ir Manyange Helménégide yabashikirije muncamake ubuzima bw’uruganda imbere y’ukubasa gukwirikirana ireresi rindondora uruganda hamwe n’abashitsi bakuru bakuru bamaze kugendera uruganda. Bahejeje kuraba iyo reresi, icegera
Read moreIshirahamwe ITRASAGRI rikoresha ifumbire za FOMI kandi rirashima bivanye n’umwimbu ribona rigiye kuronka
https://youtu.be/8MXr2GMvf6k ITRASAGRIE_FOMI Aha mubona ni mu Gihugu c’Uburundi, umutima wa Afrika mu ntara ya Kayanza, aho ITRACOM SEED AND AGRICULTURE, ITRASAGRI mu mpfunyapfunyo, ishirahamwe ryishinze guteza imbere igisata c’imbuto zirobanuye, mu bihugu uruganda FOMI rusanzwe ruhinguriramwo ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu, ifasha gusubiza isi akanovera, igafasha no kugiza umwimbu, haraciye imyaka
Read more