Kubera igabanuka ryakanovera kisi ndimwa abarimyi ntiboshobora kureka gukoresha ifumbire, iboneka nk’ikidandazwa c’ingenzi mu gihugu. Ariko, kwinjiza iyo fumbire birazimvye, haba kuri Reta canke ku barimyi, yaboneka naho igateba canke ntihaze iyikwiye.
Mu gutorera inyishu ico kibazo , uwikorera utwiwe afise inararibonye mu kwinjiza no gukwiragiza ifumbire yashinze ihinguriro mu gihugu rikora ifumbire ryiswe
Fertilisants Organo-Minéraux Industries (FOMI).
Iyo ntambwe ifasha mu gutanga icizere cibifungugwa bikwiye, mu kubungabunga ubwigenge bw’igihugu, mu gutanga akazi, no mu guteza imbere ubutunzi bw’amafaranga mva makungu.
FOMI kandi yarashize ahabona urubuga rwo gutumatumanaho, ruriho amakuru yago, rutuma abantu muri rusangi n’abarimyii babona amakuru yose yerekeye ibicuruzwa vyago.
ronka umbwimbu ushimishije ukoresheje ibicuruzwa vyacu
FOMI-Totahaza ni ifumbire ya organo-minéral yo gukingira isi ndimwa, kandi ikaba ifumbire y’azote (nitrogen) cane. Ikozwe kandi itunganijwe kugira ikoreshwe
FOMI-BAGARA ni ifumbire ya organo-minéral ikoreshwa mu gukingira ibiterwa, kandi ikaba irimwo potasiyumu nyinshi. Yateguwe kandi itunganijwe kugeneza ibiterwa bikurira
FOMI-IMBURA ni ifumbire ya organo-minéral yagenewe isi ndimwa yo muburere bugwamo imvura nyinshi , ahanini iba ifise umururazi (acidité). FOMI-IMBURA
Chaux Agricole ikorwa n’uruganda rwa FOMI ni ikinyabutabire ca calco-magnésien kigabanya umururazi w'isi ndimwa kandi kikongereza akanovera , kimwe no
Ifumbire ya FOMI ikorwa yubahirije neza ibidukikije.
FOMI yacu itanga ku mukiriya ibicuruzwa vyiza cane, bihuye n’amategeko asabwa, biciye ku bakozi b’intararibonye hamwe n’ibikoresho bigezweho.
FOMI ishobora kukuzanira igitigiri c’ibicuruzwa usaba mu gihe gito cane.
FOMI irumviriza abakiriya bayo kugira igume inoza serivisi zayo no gukora ibintu bishasha.
FOMI ikora yubahirije amategeko mpuzamakungu akomeye cane, igaha agaciro ubuziranenge, gukingira n’ukubahiriza ibidukikije. Ihinguriro ryacu rifise ivyemeza vya ISO 9001 ku bijanye nubuziranenge, ISO 14001 ku bijanye n’ibidukikije, na ISO 45001 ku magara meza n’umutekano mu kazi. Ibi byemeza vyerekana ukwiyemeza kwacu mu gutanga ibicuruzwa vyizewe kandi vyubuziranenge , twubahirije amategeko mpuzamakungu