BUNGABUNGA ISI, GWIZA UMWIMBU N'IFUMBIRE FOMI

The Burundian Team Black Eagle have played with ASAS Djibouti Telecom from Djibouti

21st september 2025,the Burundian team black eagle have played with ASAS Djibouti Telecom from Djibouti.This match was played in Bujumbura Province at Intwari stadium,the match that ended by zero score both side.The FOMI society that manufactured the Organo mineral fertilizers is among societies that have sponsored the match.Directors of various departments at FOMI were present at the place to watch the match which is from the disqualifying matches called Champions league of CAF

========================================================================================================================================

Kuri uyu wa 21 Nyakanga 2025 niho umurwi Aigle Noir wo mu #Burundi watana mu mitwe n’umurwi ASAS Djibouti Telecom wo muri Djibouti. Urwo rukino rwabereye mu ntara ya #Bujumbura ku kibuga c’inkino citiriwe Intwari aho rwarangiye iyo mirwi yose inganya ubusa ku bundi. Ishirahamwe rihingura ifumbire FOMI rikaba riri mu mashirahamwe yashigikiye urwo rukino mu gutanga #sponsor.
Abayobozi barongoye ibisata bitandukanye muri FOMI bakaba bahishikiye gukurikira urwo rukino ruri mu rukurikirane rw’inkino zo gukuranamwo bita League des champions de la #CAF.

========================================================================================================================================

Leo tarehe 21 septemba 2025 ndipo timu ya Aigle Noir ya Burundi ilichuana na timu ya ASAS Djibouti Telecom kutoka Djibouti. Mchezo huo umefanyika mkoani #Bujumbura kwenye uwanja wa michezo INTWARI ambapo mchezo ulimalizika kwenye sale ya sufuri. Shirika linalotengeneza mbolea FOMI ni miongoni mwa mashirika yaliofadhili michezo hiyo. Wakurugenzi wa vitengo mbalimbali kwenye FOMI walihudhulia muchezo huo ambao ni katika michezo ya kutoana kwenye champion’s league #CAF.

Trois (03) Ministres du Gouvernement de la RDC ont visité la société FOMI

La Société FOMI a reçu ce 16 septembre 2025, une délégation des visiteurs venant de la République Démocratique du Congo (RDC).

Ils ont été accueillis par l’Administrateur Directeur Général de la FOMI et les a souhaités la bienvenue. Aimé BOJI, le Ministre d’Etat en charge de l’industrie en République Démocratique du CONGO qui était le chef de cette délégation, a fait une présentation de son équipe et a dit qu’ils sont venus pour apprendre et comprendre ce qui se passe à la société FOMI, dans l’objectif de créer un cadre de coopération entre le Burundi et la RDC dans le secteur agro-industriel.

C’est ainsi que l’ Administrateur Directeur Général de la société FOMI Simon NTIRAMPEBA les a invités à suivre un documentaire qui parle des activités et du fonctionnement de la FOMI. Ils ont posé la question de savoir si le fumier utilisé dans la fabrication des engrais est disponible en quantité suffisante, s’il n’y a pas d’autres matières qui peuvent substituer le fumier comme les déchets organiques. Le Directeur de recherche et innovation à la FOMI a répondu qu’il est possible de le substituer avec les déchets organiques à condition qu’ils remplissent des normes exigées par les recherches.

Après cela, les visiteurs ont fait un tour dans l’usine pour se rendre compte de ce qui s’y passe. Après le tour, Aimé BOJI, le Ministre de d’industrie en RDC a exprimé ses impressions et la leçon qu’ils ont tirée de cette visite.

L’ Administrateur Directeur Général de la FOMI SIMON NTIRAMPEBA quant à lui s’est dit satisfait de cette visite et a promis de répondre à leur invitation. Signalons avant de repartir, que l’équipe FOMI et les visiteurs ont pris ensemble une photo de famille.

========================================================================================================================================

Ishirahamwe rihingura ifumbire y’ikirundi ivanze niy’ikizungu FOMI ryakiriye w’igenekerezo rya 16 nyakanga 2025 , abashitsi bavuye mu gihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Umuyobozi mukuru wa FOMI Simon NTIRAMPEBA yabakiriye arabaha ikaze.Uwaje aserukira abo bashitsi Aimé BOJI , umushikirangaji wa leta ajejwe amahinguriro mu gihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo, amaze gutanga umwidondoro w’abo bagedanye harimwo umushikiranji wa leta ajejwe iyinjira rya CONGO mu karere ka Afrika y’ubuseruko, n’intumwa y’umushikiranganji wo kwivuna abansi,yamenyeshejeko bagize urugendo muri iryo hinguriro kugira babone bongere batahure ibikorerwaho,mu ntumbero yo kurondera gufashanya hagati y’Uburundi na RDC mu vy’amahinguriro n’uburimyi .

Umuyobozi mukuru wa FOMI yabatumiye gukwirikirana ireresi yerekana ibikorwa FOMI irangura.

Abo bashitsi bashatse kumenya nimba amase y’inka bakoresha mu guhingura ifumbire aboneka ku rugero rushimishije, canke nimba ata bindi bintu bashobora gukoresha vyosubirira amase y’inka nk’imicafu ibora. Umuyobozi ajejwe ubushakakashatsi no gutora bishasha muri FOMI yishuyeko bishoboka, ariko ko babanza gusuzuma neza ko iyo micafu ikwije ivya ngombwa bikenewe mu guhingura ifumbire .

Mu nyuma umuyobozi mukuru wa FOMI yaciye abajana mu ruganda kwirabira amaso mu yandi ingene ifumbire ihingurwa .

Mu nyuma,Aimé BOJI yararongoye abo bashitsi yamenyesheje ko anezerewe cane mbere atangajwe n’ivyo abonye .Yavuze ko icamutangaje cane ari uko muri Congo bagikura hanze ifumbire bakoresha mu burimyi , ariko mu Burundi barashoboye gufata ifumbire mva ruganda zo hanze bakazongeramwo ibindi vyunynyu bishika icenda bituma isi yimbuka kandi ikagarukana akanovera.Ivyo bakabikora bakoresheje amase y’inka.Ati ako n’akabirya babonye kw’fumbire yakozwe n’abarundi.

Ati ivyo vyabahaye icigwa gikomeye cane ku buryo bipfuza ko boronka ihinguriro nk’iryo mu gihugu iwabo kugira ribakorere ifumbire igwiza umwibu igasubiza akanovera isi. Aca amenyeshako bibaye bitarakunda ko baronka ihinguriro, FOMI yoshorera ifumbire muri ico gihugu .

Yamenyesheje kandi ko kubona baje bakwirikira urugendo umukuru w’iguhuu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo Antoine Felix Tchisekedi Tcholpmbo yagize muri iryo hingurro, ari ikimenyetso cerekana ko Congo irajwe ishinga n’ikibazo co kugwiza umwimbu .

Kubw’umuyobozi mukuru wa FOMI Simon NTIRAMPEBA , yashimye cane urwo rugendo aca aremerako nk’umuyobozi mukuru wa FOMI azokwitaba ubutumire bwo kuja muri ico gihungu nk’uko yabisabwe mu ntumbero yo gutsimbataza ivyo gufashanya mu gisata c’uburimyi n’amahinguriro.

Mukamenyako ko imbere yo kuganuka, abo bashitsi bari kumwe n’indongozi za FOMI bafashe isanamu y’urwibutso.

========================================================================================================================================

SHILIKA LA FOMI LIMEPOKEA WAGENI KUTOKEA KONGO WAKIONGOZWA NA WAZIRI KWENYE OFISI YA RAIS ANAEHUSIKA NA VIWANDA

Shilika la FOMI limepokea tarehe 16 septemba 2025 wageni kutokea jamhuri ya Kiemokrasiya ya Kongo. Wageni hao walipokelewa na Mkurugenzi mkuu wa FOMI Simon Ntirampeba.

Aimé BOJI waziri kwenye ofisi ya rais anaehusika na viwanda Jamhuri ya Kidemokrasiya ya Kongo ambaye alikua akiongoza msafara alitamburisha team yake na akaeleza kua wamekuja waweze kujifunza na kuelewa kinachofanyika FOMI wakilenga kuweka hali ya kushilikiana kati ya Burundi na DRC kwenye segita ya kilimo na viwanda.

Baada ya utambulisho mfupi, Mkurugenzi Mkuu wa FOMI Simon Ntirampeba aliwaalika kufuatilia dokimentari inayoeleza kuhusu shughuli za kiwanda na namna FOMI inavyofanya kazi kwa ujumla.

Wageni waliomba kujua kama samadi wanayohitaji kutengeneza mbolea inatosha au kama kuna takataka inayoweza kutumika na fasi ya samadi. Mkurugenzi wa utafiti kwenye FOMI alijibu kwamba takataka inaweza ndio ikashika na fasi ya samadi lakini itahitaji uchambuzi wa hali ya juu kuepuka hathari ya metali nzito kwa hiyo ni lazima izingatie vigezo na masharti.

Waziri kwenye ofisi ya raisi anaehusika na viwanda alieza kua wameridhishwa na taarifa walizozipata kuhusu shilika la FOMI, namna mbolea ya FOMI inavyotengenezwa na jinsi inavyosababisha uzalishaji kua mkubwa na kurudisha rutuba ya udongo. Alieleza kuwa Kongo bado wanaingiza mbolea kutoka inje na ni mbolea aina ya NPK peke yake huku akifurahia kua FOMI ina virutubisho tisa (9) vya nyongeza. Alieleza nia ya serikali yake kupata kiwanda kama FOMI au kabla ya kufikia hatiua ya kueka kiwanda kuepo utaratibu wa kuingiza mbolea ya FOMI Kongo.

Baada ya hayo, wageni walitembelea kiwanda ili waangalie namna mbolea inavyotengenezwa

Aimé BOJI waziri kwenye ofisi ya raisi anaehusika na viwanda alitaja kufurahishwa kujionea namna wanavyotengeneza mbolea na kua wamepata jujifunza.

Mkurugenzi mkuu wa FOMI Simon Ntirampeba kwa upande wake alisema kua ameridishwa na ugeni huo na akaahidi kuwa atajibu mualiko wao.

Itajulishwa kwamba kabla ya kuhitimisha ziara hio timu ya uongozi ya FOMI na timu ya wageni walichukua picha ya pamoja.

========================================================================================================================================

VISIT OF RDC DELEGATION AT FOMI

On September 16th, 2025, the FOMI Company received a delegation of visitors from the Democratic Republic of the Congo (DRC). They were welcomed by the General Manager of FOMI, who wished them a warm welcome.

Aimé BOJI, the Minister in charge of industry in the Democratic Republic of the Congo and the head of the delegation, presented the members of the later and stated that they came to learn and understand what is happening at FOMI, with the aim of establishing a framework for cooperation between Burundi and the DRC in the agro-industrial sector.

Therefore, the General Manager of FOMI, Simon NTIRAMPEBA, invited them to watch a documentary about the activities and functioning of FOMI. They asked whether the manure used in the production of fertilizers is available in sufficient quantity, or whether there are any other substances that can replace manure, such as organic waste. The Director of Research and Innovation at FOMI, replied that it is possible to substitute it with organic waste in a way they meet the standards required by research.

After that, the visitors took a tour of the factory to see what happening there. Aimé BOJI, the Minister of Industry in the DRC, said that they were very impressed by the ingenuity of the Burundian people in manufacturing fertilizers that contain added nutrients to N-P-K, which allow these fertilizers the power to regenerate soil fertility. He expressed the need for a production factory for the same products to be established in the DRC and/or in addition to import these fertilizers from Burundi to the DRC.

He also said that the fact of making such a visit to the FOMI after the visit made by the President of the Democratic Republic of Congo Antoine Felix Tchissekedi Tchilombo to the FOMI, shows the importance that the DRC attaches to this sector, which is useful for improving agricultural production.

The Director General of the FOMI, Simon NTIRAMPEBA, expressed his satisfaction with this visit and promised to respond to the invitation given to him, in order to strengthen cooperation in the agro-industrial sector.

Note that before leaving, the FOMI team and the visitors took a family photo together.

UWURONGOYE URWEGO RUGENZURA IVY’IFUMBIRE MURI TANZANIYA ARASHIMA INGENE URUGANDA FOMI RUHINGURA RUKONGERA RUKEGEREZA ABARIMYI IFUMBIRE

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 8 Nyakanga 2025 Ishirahamwe rihingura ifumbire y’ ikirundi ivanze n’iy’ikizungu FOMI ryakiriye abashitsi bavuye mu gihugu ca Tanzania. Bari barongowe n’umukuru w’urwego rugenzura ivy’ifumbire mu gihugu ca Tanzania” Tanzania Fertilizer Regulatory Authority” ,Dr Antony Diallo.
Mw’ijambo ry’ikaze umuyozi mukuru wa FOMI Simon Ntirampeba yababwiye mu ncamake kahise k’uruganda. Umuyobozi mukuru yabasiguriye ingene bakorana n’ubushikiranganji bw’uburimyi ubworozi n’ibidukikije mu gufasha umurimyi kuronka ifumbire. Yabamenyesheje ko Reta ariyo ihamagarira abarimyi kwiyandikisha hanyuma hageze kuriha umwe wese akariha bivanye n’urugero hamwe n’ubwoko bw’ifumbire yipfuza. Yabasiguriye kandi ko amakamyo y’uruganda FOMI ariyo aheza agatwara iyo fumbire hagati mu gihugu kugira ngo umurimyi ayitore hagufi.
Bamwe muri abo bashitsi babajije ibibazo aho bipfuje kumenya nimba ifumbire ihingurwa n’uruganda FOMI yoba ikwira abarimyi, ko hoba hariho ayandi mahinguriro ahingura ifumbire kiretse FOMI. Umuyobozi mukuru akaba yabishuye kuri ivyo bibazo bitandukanye.
Dr Antony Diallo yararongoye abo bashitsi mu kiganiro yatanze, yamenyesheje ko baje kurahura ubumenyi kugira ngo bashobore kuhakura icirwa c’ukungene bokorana n’uruganda ITRACOM Fertilizer mu bijanye no kuronsa ifumbire umurimyi hagufi.
Akaba yamenyesheje ko bahungukiye ibitari bike bizobagirira akamaro mu gikorwa co kuronsa ifumbire abenegihugu. Yakeje indongozi za FOMI ku kungene bashoboye gukorana n’ubushikiranganji hamwe n’amabanki mu gikorwa co kuronsa ifumbire abenegihugu.

UMUGAMBI FOMI IZOKORERA I BUKEMBA UZOKENERA ABAKOZI BENSHI N’AMATONGO YAGUTSE KUGIRA ITEZE IMBERE IGISATA C’UBURIMYI N’UBWOROZI

https://youtu.be/HlYeBbFaiaw

Mu nama yabereye i Gitega ku wa 29 Myandagaro 2025, irongowe n’Umushikirangaji mu vyo ajejwe harimwo uburimyi n’ubworozi, Calinie MBARUSHIMANA, harashikirijwe imigambi mikuru mikuru iriko irashirwa imbere mu ntumbero yo guteza imbere uburimyi buzoshikana Uburundi ku mbonakazoza y’Igihugu cifashe mu 2040, igihugu giteye imbere mu 2060.

Iyo nama ikaba yari yatumiwemwo aberwa n’igisata c’uburimyi bose harimwo abanyamitahe baba mu Burundi canke mu mahanga bipfuza canke basanzwe bakorera mu gisata c’uburimyi.

Ni muri iyo ntumbero, icegera c’umuyobozi mukuru w’ishirahamwe FOMI, MANYAGE Herménégilde, yashikirije ibiriko birakorwa ubu n’ishirahamwe FOMI kugira baterere muri uyo mugambi. Ir. MANYAGE Herménégilde yamenyesheje ko muri FOMI bariko barubaka uruganda rukomeye i Bukemba muri komine ya RUTANA ruzokoresha abakozi bagera ku 6000. Akamenyesha kandi ko bakeneye amatongo manini kugira bashobore gukora imigambi ijanye no guhingura ifumbire nko kworora, kwubakira abakozi hamwe n’amatongo yagutse yo kugeragerezamwo ifumbire.

Ir. MANYANGE Herménégilde akamenyesha ko akarusho k’urwo ruganda ku gihugu kazoba kanini cane kuko bizotuma haboneka ifumbire nyishi yo guha abenegihugu bo mu Burundi, hamwe niyo gushora mu makungu gutyo hakaboneka amahera mvamakungu.

Iyo nama ikaba yari tatewe iteka n’Umushikiranganji wa mbere wa Reta y’Uburundi NTAHONTUYE Nestor.

FOMI INAUNGA MKONO PIA WATAFITI KUTOKA INCHI ZINGINE

https://youtu.be/neBEQ8dke98

Kiwanda kinachotengeneza mbolea ya asilia ambayo imechanganyika na ya madini FOMI, kwa mda ambao kimemaliza kikitengeneza mbolea yenye ubora wa kipekee, inayowezesha uzalishaji kuwa mkubwa na kurudisha rutuba ya ardhi, kinasaidia pia watafiti wenye lengo la kuendeleza au kuboresha ujuzi wao.  Kwa sasa,kiwanda hicho kiko kwenye hatua ya kupokea watafiti wanaotokea inchi zingine. Hiyo ni ishara nzuri inayothibitisha uhusiano mzuri kati ya Burundi na inchi za kigeni.

Pauline WAMBUI MIGAI ni mtafiti kutokea Kenya, ni mwalimu kwenye chuo kikuu cha Masinde Muliro University of science and Technology, alikuja kufanya utafiti hapa kiwandani FOMI, anatueleza kuhusu utafiti alioufanya na kwa nini alifanya utafiti huo.

Pauline : Nilikuja kufanya utafiti kuhusu mbolea mbolea asilia tukitumia takataka, mbolea ambayo inaweza ikusaidia wakulima wadogowadogo.Nilikua hapa FOMI nikiboresha ujuzi kuhusu utengenezwaji wa mbolea asilia na kutafuta kuzijua changamoto wanazokutana nazo katika kutengeneza mbolea hizo.Nilijifunza pia kuhusu ubora wa mbora hio na kuhusu virutubisho tunavyokuta kwenye mbolea hiyo.

Pauline MUIGAI anasema kwamba kilichopelekea akachagua kufanyia utafiti wake katika kiwanda cha FOMI ni kwa sababu kina vifaa vya kisasa na vyenye uwezo mkubwa na watalaamu wzenye uwezo.

Kilichopelekea nikachagua kufanyia utafiti wangu hapa FOMI, FOMI inawataalamu walionisaidia kwenye shughuli zangu za utafiti; ina mabara ya kisasa yenye vifaa tosha ili mtu aweze kuchunguza kama mbolea inavigezo tosha au hafifu kwenye mmea. Vilinisaidia sana.

Mtafiti huu anaeleza pia kile ambacho utafiti alioufanya FOMI unaenda kumsaidia

Kama mtu mwenye mradi wa kuangalia kama ardhi inaweza kurudisha rutuba yake, kujifunza na kuwez akupata maarifa ya kutengeneza mbolea, ninaimani nitaweza kuyatumia kwenye inchi yangu ili takataka hilo tuweze kunufaika nalo kwa kulitengenezea mbolea. Kwa upande mwingine kama mwalimu,nitaweza kufundisha watu namna ya kunufaika kwa kupata mbolea ukitumia takataka ambayo unakuta imezagaa hapa na pale.

Gustave nkurunziza ni mhusika wa kitengo cha kuunda vipyaa kwenye shirika la FOMI na ndie aliesaidia huo mtafiti kwenye utafiti wake, anaeleza kwa kifupi jinsi shirika la FOMI lilivyosaidia mtafiti na ni nini faida kwa FOMI kuwapokea watafiti.

Alikuja kupitia mradi unaotekelezwa kati ya inchi za Burundi, DRC na Kenya amnbao unaungwa mkono na shirika la Bio innovate Afrika kwenye kitengo chake cha kuendeleza utafiti unaofanwa na wanawake kwa hapa kanda ya Afrika mashariki. Ni mradi ambao unalenga kutengeneza mbolea ya aina ya kikaboni, mbolea ya Biofertilizer inayopatikana kwa kutumia wadudu( bacteria) wanaosababisha kuingiliana kati ya mmea na ardhi ambapo wadudu hao wanapatia mmea Nitrojeni na mmea kuoa kaboni kile tunachokiita Isobiamu na hatimae tunachanganya na kivu ya ardhini vijulikanavyo kama mikolysis ili mmea uweze kustahimili vizuri ni kwa maana hiyo alikuja kushilikiana na FOMI kwenye utafiti wake. Utafiti anaoendesha akiungwa mkono na kitengo chetu unaenda sambamba na kile kinachofanyika hapa hapa FOMI kwa kua FOMI inatengeneza mbolea asilia ambayo imechanganywa na ya kimadini ambayoinaitwa ” Organo Mineral” hivyo tunahitaji sana mbolea asilia ikiwa ni ile itokayo kwa mifugo au ile inayotoka kwenye takataka ambayo haina hitirafu; kwa hiyo Biofertilizer ambayo tuko tunajaribu kutengeneza kwa hapa Afrika  Mashariki inatengenezwa kwa kuunda vizuri takataka kama alivyoeleza mwenyewe kwa hiyo vinaambatana sana na kitengo ninachokisimamia na kile tunachokifanya FOMI kwa sababu itakuja kusaidia kwa hiyo mbolea asilia ambayo inahitajika sana kwa hapa na kuleta manufaa kwa maana katika shughuli zetu kuna pia kuunda vipya ikiwemwo na hayo mahitaji ya kila siku yanayotuwezesha kutengeneza mbolea ya FOMI, kwa hiyo mchango wake kwa hapa utafiti ni kwamba tutapata kitu kingine ambacho kitaweza kusaidia na chenye ubora

Paulina : Ujumbe kwa viongozi wa FOMI nawashukuru sana kwa kua waliruhusu watu wenye nia ya kujifunza na wale wanaoendesha utafiti kuhusu namna ya kutengeneza mbolea,nawashukuru watu wote waliounga mkono utafiti wangu. Ninawaomba FOMI waendelee kuwapokea na watafiti ambao watakuja nyuma yangu ikiwa niwahapa inchini hata na wale wakutokea mataifa mengine kama walivyonifanyia mimi.

Gustave Nkurunziza anajurisha kuwa kwenye kitengo anachokiongoza utafiti ni jambo endelevu, anaomba huyo mtafiti Paulina MUIGA kutumia vizuri alichojifunza hapa FOMI na kama itampendeza kurudi ili aendelee kuingia ndani zaidi na kuweza kufanikiwa kwenye mradi wake ili na utafiti kwenye FOMI uendelee kupiga hatua kwenda mbele

Ninachoweza kumshahuri na nilishamshahuri tayari ni kuendelae kuwa na bidii kwa kuendelea na shughuli zake kama alivyokuwa akifanya kwa miezi mitatu ambayo tumekaa nae na kuendelea kushilikiana na team ya hapa FOMI na team ambayo wako nayo ili tuendelee kuendeleza tekenolojia hiyo.Nilimshahuri pia kwamba itapendeza tukiweka kwa pamoja tekenolojia walionayo hapa na tekenolojia walionayo Kenya kwa sababu sote tuna nia ya kuendeleza kilimo kwa mkulima wa kanda hii ili apate chakula tosha bila kuchoka. Ushahuri nimempa ni kuweka kwa pamoja tekenolojia tunabahati hicho ni kitu anchokielewa na yeye ili tuendeleze Afrika mashariki na kanda nzima na hilo ni wazo la mashirika yetu ya ITRACOM Fertilizers ya kupanua maeneo ni vyema pia tukapanue na utafiti na tekenolojia tuvichangie sote

FOMI INAUNGA MKONO PIA WATAFITI KUTOKA INCHI ZINGINE

Kiwanda kinachotengeneza mbolea ya asilia ambayo imechanganyika na ya madini FOMI, kwa mda ambao kimemaliza kikitengeneza mbolea yenye ubora wa kipekee, inayowezesha uzalishaji kuwa mkubwa na kurudisha rutuba ya ardhi, kinasaidia pia watafiti wenye lengo la kuendeleza au kuboresha ujuzi wao.  Kwa sasa,kiwanda hicho kiko kwenye hatua ya kupokea watafiti wanaotokea inchi zingine. Hiyo ni ishara nzuri inayothibitisha uhusiano mzuri kati ya Burundi na inchi za kigeni.

FOMI INAUNGA MKONO PIA WATAFITI KUTOKA INCHI ZINGINE

https://youtu.be/neBEQ8dke98

Kiwanda kinachotengeneza mbolea ya asilia ambayo imechanganyika na ya madini FOMI, kwa mda ambao kimemaliza kikitengeneza mbolea yenye ubora wa kipekee, inayowezesha uzalishaji kuwa mkubwa na kurudisha rutuba ya ardhi,kinasaidia pia watafiti wenye lengo la kuendeleza au kuboresha ujuzi wao.  Kwa sasa,kiwanda hicho kiko kwenye hatua ya kupokea watafiti wanaotokea inchi zingine. Hiyo ni ishara nzuri inayothibitisha uhusiano mzuri kati ya Burundi na inchi za kigeni.

Pauline WAMBUI MIGAI ni mtafiti kutokea Kenya, ni mwalimu kwenye chuo kikuu cha Masinde Muliro University of science and Technology, alikuja kufanya utafiti hapa kiwandani FOMI, anatueleza kuhusu utafiti alioufanya na kwa nini alifanya utafiti huo.

Pauline : Nilikuja kufanya utafiti kuhusu mbolea mbolea asilia tukitumia takataka, mbolea ambayo inaweza ikusaidia wakulima wadogowadogo.Nilikua hapa FOMI nikiboresha ujuzi kuhusu utengenezwaji wa mbolea asilia na kutafuta kuzijua changamoto wanazokutana nazo katika kutengeneza mbolea hizo.Nilijifunza pia kuhusu ubora wa mbora hio na kuhusu virutubisho tunavyokuta kwenye mbolea hiyo.

Pauline MUIGAI anasema kwamba kilichopelekea akachagua kufanyia utafiti wake katika kiwanda cha FOMI ni kwa sababu kina vifaa vya kisasa na vyenye uwezo mkubwa na watalaamu wzenye uwezo.

Kilichopelekea nikachagua kufanyia utafiti wangu hapa FOMI, FOMI inawataalamu walionisaidia kwenye shughuli zangu za utafiti; ina mabara ya kisasa yenye vifaa tosha ili mtu aweze kuchunguza kama mbolea inavigezo tosha au hafifu kwenye mmea. Vilinisaidia sana.

Mtafiti huu anaeleza pia kile ambacho utafiti alioufanya FOMI unaenda kumsaidia

Kama mtu mwenye mradi wa kuangalia kama ardhi inaweza kurudisha rutuba yake, kujifunza na kuwez akupata maarifa ya kutengeneza mbolea, ninaimani nitaweza kuyatumia kwenye inchi yangu ili takataka hilo tuweze kunufaika nalo kwa kulitengenezea mbolea. Kwa upande mwingine kama mwalimu,nitaweza kufundisha watu namna ya kunufaika kwa kupata mbolea ukitumia takataka ambayo unakuta imezagaa hapa na pale.

Gustave nkurunziza ni mhusika wa kitengo cha kuunda vipyaa kwenye shirika la FOMI na ndie aliesaidia huo mtafiti kwenye utafiti wake, anaeleza kwa kifupi jinsi shirika la FOMI lilivyosaidia mtafiti na ni nini faida kwa FOMI kuwapokea watafiti.

Alikuja kupitia mradi unaotekelezwa kati ya inchi za Burundi, DRC na Kenya amnbao unaungwa mkono na shirika la Bio innovate Afrika kwenye kitengo chake cha kuendeleza utafiti unaofanwa na wanawake kwa hapa kanda ya Afrika mashariki. Ni mradi ambao unalenga kutengeneza mbolea ya aina ya kikaboni, mbolea ya Biofertilizer inayopatikana kwa kutumia wadudu( bacteria) wanaosababisha kuingiliana kati ya mmea na ardhi ambapo wadudu hao wanapatia mmea Nitrojeni na mmea kuoa kaboni kile tunachokiita Isobiamu na hatimae tunachanganya na kivu ya ardhini vijulikanavyo kama mikolysis ili mmea uweze kustahimili vizuri ni kwa maana hiyo alikuja kushilikiana na FOMI kwenye utafiti wake. Utafiti anaoendesha akiungwa mkono na kitengo chetu unaenda sambamba na kile kinachofanyika hapa hapa FOMI kwa kua FOMI inatengeneza mbolea asilia ambayo imechanganywa na ya kimadini ambayoinaitwa ” Organo Mineral” hivyo tunahitaji sana mbolea asilia ikiwa ni ile itokayo kwa mifugo au ile inayotoka kwenye takataka ambayo haina hitirafu; kwa hiyo Biofertilizer ambayo tuko tunajaribu kutengeneza kwa hapa Afrika  Mashariki inatengenezwa kwa kuunda vizuri takataka kama alivyoeleza mwenyewe kwa hiyo vinaambatana sana na kitengo ninachokisimamia na kile tunachokifanya FOMI kwa sababu itakuja kusaidia kwa hiyo mbolea asilia ambayo inahitajika sana kwa hapa na kuleta manufaa kwa maana katika shughuli zetu kuna pia kuunda vipya ikiwemwo na hayo mahitaji ya kila siku yanayotuwezesha kutengeneza mbolea ya FOMI, kwa hiyo mchango wake kwa hapa utafiti ni kwamba tutapata kitu kingine ambacho kitaweza kusaidia na chenye ubora

Paulina : Ujumbe kwa viongozi wa FOMI nawashukuru sana kwa kua waliruhusu watu wenye nia ya kujifunza na wale wanaoendesha utafiti kuhusu namna ya kutengeneza mbolea,nawashukuru watu wote waliounga mkono utafiti wangu. Ninawaomba FOMI waendelee kuwapokea na watafiti ambao watakuja nyuma yangu ikiwa niwahapa inchini hata na wale wakutokea mataifa mengine kama walivyonifanyia mimi.

Gustave Nkurunziza anajurisha kuwa kwenye kitengo anachokiongoza utafiti ni jambo endelevu, anaomba huyo mtafiti Paulina MUIGA kutumia vizuri alichojifunza hapa FOMI na kama itampendeza kurudi ili aendelee kuingia ndani zaidi na kuweza kufanikiwa kwenye mradi wake ili na utafiti kwenye FOMI uendelee kupiga hatua kwenda mbele

Visit of the Zimbabwean Delegation to the FOMI company

This thursday 6th 2025, the FOMI Company received visitors from Zimbabwe. In his welcome remarks,the the General Manager deputy of FOMI Ir Manyange Helmenegilde made a presentation of FOMI afterwhat he invited them to follow the whole presentation of the FOMI Company throught the a documentary. He then took them to make a tour in the factory to see how fertilizers are manufactured.

The head of delegation Chipo CHIVURAISE said that the objective of the visit  in the Itracom fertilizers FOMI, is fisrt of all to respond to the invitation they have been given by the ITACOM HOLDING, and as operators in agricultural sector, they came to explore what is happening in Itracom fertilizers FOMI, since in Zimbabwe they are challenging some agricultural difficulties based on unsuffiscient fertilizers and agricultural production.

She also said that they are impressed by the way the Itracom fertilizers FOMI operates to produce fertilizers ,the process of manufacturing Organo mineral fertilizers boosts the farmers’ life because the later find easily where to deliver the cow dung taken as the row materials in manufacturing fertilizers.

She sade that creating partership between Itracom fertilizers and the gouvernment of Zimbabwe should be a welcome development in Zimbabwe, because once Itracom fertilizers operates in Zimbabwe, farmers could benefit more employments, and the soil of Zimbabwe will undergo some positive changes in order to be more and more productive.

Note that they ended their visit by taking a family clip and signing in the guest book.

========================================================================================================================================

Alhamisi tarehe 6 Agosti,2025 Kiwanda kinachotengeneza mbolea asilia ambayo imechanganyika na ya kikemikali FOMI kilipokea ugeni kutoka Zimbabwe. Kwenye neno lake la ukaribisho Makamu Mkurugenzi wa FOMI Ir Helménégilde Manyange aliwatamburisha kwa kifupi kiwanda na hatimaye akawalika kufuata dokimentari inayowawezesha kupata picha harisi ya kiwanda.Baada ya kuangalia dokimentari,Makamu Mkurugenzi wa FOMI Ir Helménégilde Manyange aliwaongoza kwenda kutembelea kiwanda ili wajionee namna mbolea zinavyotengenezwa.

Kiongozi wa ugeni huo ambaye ni afsa mkuu anayehusika na uchumi kwenye maswala ya kilimo Chipo CHIVURAISE alisema kuwa maleno ya wao kuja kutembelea kiwanda cha FOMI kwanza ni kujibu mualiko waliopewa na ITRACOM HOLDING na kama watumishi kwenye segita ya kilimo wamekuja ili washudie kinachofanywa na FOMI haswa kwa sababu Zimbabwe inapitia changamoto ya uzalishaji wa kilimo na mbolea ambavyo havitoshi. Ametaja kuguswa pia na namna kiwanda kinavyotengeneza mbolea ambao inasaidia wakulima kubadili maisha kupitia uzalishaji wa kilimo . Kwa mujibu wake kuweka uhusiano bain aya ITRACOM FOMI na serikali ya Zimbabwe inaweza ikachochea mabadiliko mazuri na kuweza kufanikisha ongezeko la uzalishaji wa kilimo

Kwa kuhitimu ziara Mkuu wa msafara alitia sahihi yake kwenye kitabu cha heshima na hatimaye wakapata picha kwa pamoja

========================================================================================================================================

Ce mercredi 6 Août 2025, la société FOMI a reçu des visiteurs venant du Zimbabwe. Dans son mot d’accueil, le Directeur Général Adjoint de la FOMI Ir MANYAGE Herménégilde leur a brièvement présenté la FOMI, avant de les inviter à suivre un documentaire qui décrit la société FOMI. Il leur a ensuite conduit visiter l’usine pour voir comment les engrais sont fabriqués.

Le chef de la délégation Madame CHIPO Chivuraise a dit que l’objectif de la visite était d’abord de répondre à l’invitation qui leur a été donnée par l’ITRACOM HOLDING, et comme des opérateurs qui œuvrent dans le secteur agricole au Zimbabwe, ils sont venus pour explorer l’usine de fabrication des Fertilisants Organo- Minéraux, d’autant plus qu’au Zimbabwe ils rencontrent beaucoup de difficultés liées à l’insuffisance des intrants agricoles et la production agricole.

Elle a dit aussi qu’ils ont été impressionnés par la façon dont les engrais sont fabriqués. La fabrication des engrais organo minéraux donne le profit aux éleveurs de vaches car ils trouvent un marché d’écoulement de la bouse utilisée comme matière première dans la fabrication des engrais organo minéraux.

Elle a dit également que, créer un partenariat entre la Société FOMI et le gouvernement zimbabwéen pourrait être quelque chose de très important au Zimbabwe car les agriculteurs pourraient y tirer beaucoup d’opportunités d’emplois et le sol zimbabwéen subirait des transformations positives en matière de restauration de sa fertilité pour devenir de plus en plus productif.

Ils ont terminé leur visite en prenant une photo de famille et en signant dans le livre d’or.

========================================================================================================================================

Kuwa gatatu w’igenekerezo rya 6 myandagaro 2025 ishirahamwe FOMI ryarakiriye abashitsi bakomoka mu gihugu ca Zimbabwe. Mw ijambo ryo kubakira icegera c’umuyobozi mukuru w’uruganda FOMI Ir Manyange Helménégide yabashikirije muncamake ubuzima bw’uruganda imbere y’ukubasa gukwirikirana ireresi rindondora uruganda hamwe n’abashitsi bakuru bakuru bamaze kugendera uruganda. Bahejeje kuraba iyo reresi, icegera c’umuyobozi mukuru yabajanye kwirabira uko uruganda rukora.

Umupfasoni CHIPO Chivuraise yararongoye abo bashitsi yamenyesheje ko intumbero y’ugo rugendo kwari ukwitaba ubutumire bahawe na ITRACOM HOLDING hama kandi nk abasanzwe bakorera mugisata c’uburimyi baje kugira bihweze uko ifumbire y’ikirundi ivanze n’iyikizungu FOMI ihingurwa na cane cane ko muri zimbabwe basanzwe bafita ingorane zifatiye kukubura ifumbire hamwe n’umwimbu udashemeye muvy’uburimyi.

Yammenyesheje ko banezerewe bakongera bagatangarira ukungene basanze ifumbire FOMI ihingirwa.  Basanze hambavu yo gufasha abarimyi kugwiza umwimbu iyo fumbire iragarukana akanovera k’isi ndimwa,aborozi baraheza bakaharonkera isoko ry’amase vyoroshe nanarirya bimwe muvyankenerwa muguhingura ifumbire y ikirundi ivanze n’iyikizungu FOMI amase ni kimwe muvyankenerwa.

Kubw’uyo mupfasoni yararongoye abo bashitsi gushiraho ugukorana hagati y’ishirahamwe FOMI na Leta ya Zimbabwe vyoba ngirakamaro bikazana n akarusho mw’iterambere ry’igihugu ca Zimbabwe biciye mukugwiza umwimbu no gusubiza akanovera isi.

Barangije ugo rugendo umupfasoni y’ararongoye abo bashitsi yateye umukono mu gitabu c’iteka hama baranafata ifoto ya rusangi.

Séance de moralisation à l’intention des responsables de la Direction Technique de la FOMI

La Direction Générale de la société FOMI a organisé ce jeudi 31 juillet 2025 une séance de moralisation à l’intention des responsables de la Direction Technique de la FOMI. Cette séance qui était animée par le Directeur Général Adjoint Ir. Herménégilde MANYANGE, avait l’objectif de rappeler le rôle du service technique dans le développement de la société et partant celui du pays.
Le DGA de la FOMI Ir. Herménégilde MANYANGE a d’abord remercié et félicité la Direction Technique dans son ensemble pour sa préoccupation au service, pour mener à bon les missions de la FOMI et booster la production des fertilisants organo minéraux. Ici Ir. MANYANGE n’a pas manqué de signaler que le personnel technique est aussi sollicité partout où la société FOMI étendra ses usines.
Ir MANYANGE Herménégilde souhaite que la FOMI soit toujours la première en matière de production et commercialisation des fertilisants organo minéraux et que FOMI soit un nom de marque partout où FOMI livrera ses produits. Il a aussi demandé aux responsables de la Direction Technique de toujours bien mener de bonnes relations au service et de former les nouveaux venus dans la société.
Le DGA de FOMI leur a rappelé de toujours respecter le code de travail , et de porter la tenue de protection pour se conformer à l’une des normes internationales ISO en matière de santé et sécurité en milieu de travail.
Les responsables du service techniques, dans une tenue toute neuve, prenant la parole, ont remercié beaucoup la Direction Générale pour cette séance de moralisation, et se sont engagés de mettre en application les recommandations issues de cette séance pour la bonne marche des activités de la société.
Cette séance s’est clôturée dans un climat d’ambiance par la prise d’une photo de famille.

==================================================================

Alihamsi tarehe 31 July 2025, uongozi wa juu wa FOMI umeandaa mjadala kwa ajili ya wawakilishi wa wafanyakazi kwenye kitengo cha ufundi. Mjadala huo ulikua umeongozwa na Makamu Mkurugenzi wa FOMI Ir MANYANGE Herménégilde. Mjadala huo ulikuwa na lengo la kuakumbusha mchango wao na jukumu lao kwa maendeleo ya shirika na inchi. Amewashukuru na kuwapongeza kwa namna wanavyojali kazi na shughuli zao za kila siku, kwa namna wanavyojitoa hivyo kusababisha FOMI kuendelea kwenye swala la kuzalisha mbolea inchini na kupanua kwa inchi zingine kama Tanzania na kwingine.
Ir Manyange akitakia FOMI kuendelea kuwa ya kwa kwanza na jina FOMI kuwa juu popote watakapokua ikifanyia shughuli zake.Aliwaomba waliokuepo kwenye mjadala huo kuendelea kufanya kazi vizuri kwa ushirikiano mzuri na wafanyakazi ambao wameajiriwa upya kwa sababu huo ni mwenendo ambao utawapa fursa ya kupiga hatua kwenda ngazi nyingine kikazi(Promotion). Makamu Mkurugenzi wa FOMI Ir MANYANGE Herménégilde aliwakumbusha sheria na kanuni kwa kila mfanyakazi ambazo ni pamoja na kuheshimu sheria za kazi,kuvaa mavazi ya kukinga ajali kwenye kazi na hivyo viko kwenye kwenye sheria ya kimataifa shirika la FOMI linachukua kama muongozo : kujali afya na usalama vya wafanyakazi kazini. Wawakilishi wa wafanyakazi wa kiwanda upande wa ufundi walipewa fursa ya wakilisha fikra zao ili shughuli ziendelee vizuri. Wameshukuru kuona uingozi wa FOMI ukiwajali na kua karibu nao ili wawasikilize na namna shughuli zinavyoendelea.Wameitikia kuendelea kuhamasisha wafanyakazi wanaowaongoza ili wote kwa pamoja wachangie kwa kuongeza uzalishaji na kufanya kazi kuhakikisha FOMI ibaki na muonekano mzuri ambao imekua nao.
Mjadala umekwisha kwa furaha ambapo wamechukua picha ya kifamilia wakiwa kwenye sale za kikazi.

===================================================================

Kur’ uyu wa kane igenekerezo rya 31 Mukakaro 2025, ubuyobozi bukuru bw’uruganda FOMI bwatunganije ikiyago ku bakozi barongoye abandi mu gisata c’ubuhinga (Direction Technique). Ico kiyago kikaba cari kirongowe n’icegera c’umuyobozi mukuru wa FOMI Ir. MANYANGE Herménégilde.
Ico kiyago cari cerekeye kwibutsa abakozi uruhara n’ibikorwa bafise mw’iterambere ry’ishirahamwe hamwe n’Igihugu. Yabashimiye yongera arabakeza ku kuntu bitwararika akazi kabo ka misi yose, ukuntu bitanga batiziganya bigatuma uruganda FOMI ruguma rutera imbere mu bijanye n’umwimbu w’ifumbire mu gihugu no kwagura akarere FOMI ikoreramwo mu bindi bihugu nka Tanzania n’ahandi. Ir. MANYANGE akipfuza ko Fomi izokwama ari iya mbere kandi izina FOMI rikazoguma ari rurangiranwa aho hose FOMI izokorera ibikorwa. Yasavye abari muri ico kiyago kubandanya bitwararika gukorana neza n’abakozi bashasha baza mu ruganda kuko ariho hazoza harava kwunguruzwa neza mu kazi (promotion).
Icegera c’umuyobozi mukuru wa FOMI Ir. MANYANGE Herménégilde yabibukije ingingo ngenderwako ku mukozi wese arizo kwubahiriza amategeko y’akazi, kwitwararika kwambara umwambaro ubakingira impanuka mukazi narirya ivyo biri mu mategeko mpuzamakungu ishiramwe FOMI igenderako. Nayo akaba ari ukwitwararika ubuzima bw’abakozi n’umutekano wabo ku kazi. Abaserukira abandi bakozi bo mu ruganda mu gisata c’ubuhinga bahawe akaryo ko kugira ico bashikiriza kugira ibikorwa birushirize kugenda neza. Bashimye kubona indongozi za FOMI zibitwararika zikababa hafi kugira zumve ico abakozi bagona n’ingene akazi kaba kariko karagenda. Biyemeje guhimiriza abo barongoye kugira bose hamwe baterere mu kugwiza umwimbu no mu gukora kugira FOMI igumane ishusho nziza yamanye.
Ikiyago kikaba carangiye mu kanyamuneza aho baciye bafata isanamu y’umuryango bari mu mwambaro w’akazi.

Evaluation de la société FOMI à mi-parcours

La Société FOMI vient de marquer encore une fois un pas remarquable au cours de l’audit externe organisé en date du 15 au 16 juillet 2025 à la FOMI,qui montre que la Société FOMI travaille en respectant les normes internationales ISO 9001,ISO 14001et ISO 45001.Cela a été présenté par Dr TEGUZA Raymond représentant de la société suisse SQS dont l’une de ses missions est de certifier les sociétés qui travaillent en respectant le système de management qualité,le respect de l’environnement,la santé et la sécurité des employés au travail.Il affirme que la société FOMI fait des pas en avant à compter de son dernier audit qui effectué en 2024,et les a encouragés d’aller toujours en avant,pour sauvegarder les certificats qu’ils ont déjà obtenus. Le Directeur Général Adjoint de la FOMI MANYANGE Herménegilde ,au nom du Directeur Général de la FOMI s’est dit satisfait de l’audit et a dit que cela donne à la société le courage d’étendre ses activités dans d’ autres pays comme elle vient de le Faire à Dodoma en Tanzanie où est installé une société soeur de la FOMI l’ “ITRACOM FERTILISERS”.Le prochain audit aura lieu l’année prochaine.

==================================================================

Uruganda ruhingura ifumbire y’ikirundi ivanze n’iy’ikizungu FOMI rwasubiye kwitera iteka ko rukora rwisunze amategeko mpuzamakungu y’ubuziranenge, ibidukikije, amagara y’abakozi n’umutekano wabo ku kazi. Ivyo bikaba vyemejwe n’umuhinga TEGUZA Raymond, ajejwe gusuzuma ko ibikorwa vyubahirije amategeko mpuzamakungu y’ubuziranenge, ibidukikije, amagara n’umutekano w’abakozi ku kazi, mw’ishirahamwe mpuzamakungu SQS ryo mu gihugu ca Suisse, risanzwe rikurikirana ko amashirahamwe akora yisunze ayo mategeko. Iryo suzuma rikaba ryatanguye kw’igenekerezo rya 15/7/2025 risozerwa kw’igenekerezo rya 16 Mukakaro 2025.
Nk’uko umuhinga TEGUZA Raymond yabimenyesheje, ishirahamwe FOMI rigenda ritera intambwe nziza mu bisata bitandukanye birigize, uhereye aho baheruka kurigendura, haba ku bijanye n’ubuziranenge, kwubahiriza ibidukikije amagara meza n’umutekano vy’abakozi ku kazi. Yaboneyeho kubipfuriza gutera baja imbere kugira bagume bubahisha certificat baronse mu mwaka wa 2024 arizo ISO 9001, ISO 14001 na ISO 45001.


Icegera c’umuyobozi mukuru wa FOMI MANYANGE Herménegilde,kw’izina ry’umuyobozi mukuru wa FOMI yakengurutse cane iryo suzuma ko ryagenze neza, amenyesha ko ivyo bitera intege ishirahamwe FOMI zo kuguma rikora ibishimwa, rikaba riteye intambwe nziza ryo kwagura akarere rikoreramwo nk’uko riheruka kubikora i Dodoma mu gihugu ca Tanzania .
Iryo suzuma rero rikaba riba uko umwaka utashe.

====================================================================

Kiwanda kinachotengeneza mbolea asilia ambayo imechanganyika na ya kikemikali Fomi kwa mara nyingine kimepata heshima kwamba shughuli zake zinaheshimu sheria za kimataifa zihusuzo sifa,mazingira,afya na usalama vya wafanyakazi kazini.Hivyo vimethibitishwa na mtalaam Raymomd Teguza ambae anahusika na kukagua kuwa shughuli za kiwanda zinaheshimu sheria za kimataifa kuhusu sifa,mazingira,afya na usalama vya wafanyakazi kazini kwenye shirika la kimataifa SQS linalotokea inchini Suitzaland.Ukaguzi huo umeanza tarehe 15 July,2025 na kuhitimishwa 16 July,2025.
Kama ilivyofahamishwa na mtalaam Raymond TEGUZA,kampuni ya FOMI inaenda ikipiga hatua nzuri kwenye vitengo vyake mbalimbali toka ukaguzi uliopita ikiwa ni sifa,kuheshimu mazingira,afya na usalama mazingira ya kazi kwa wafanyakazi.Aliwatakia kuendelea wakipiga hatua kwenda mbele ili waendelee kustahili vyeti walivyokwisha pewa kwenye mwaka wa 2024.Hivyo vyeti ni ISO 9001,ISO 14001 na ISO 45001.
Makamu Mkurugenzi Mkuu wa FOMI MANYANGE Herménégilde kwa niaba ya Mkurugenzi mkuu ameshukuru saana kwamba ukaguzi umeenda vizuri.Amefahamisha kuwa hilo ni jambo linalotia nguvu Kampuni ya FOMI kuendelea kukubalika,akibaini kwamba liko kwenye hatua ya kupanua sehemu za shughuli zake kama ilivyokua hivi karibuni Dodoma inchini Tanzania.Ifahamishwe kwamba ukaguzi wa namna hio hutokea kila mwaka

====================================================================

The FOMI Company has once again made a remarkable step during the external audit conducted from July 15th to 16th, 2025 at FOMI Company, which shows that the FOMI Company operates in compliance with the quality management, health, safety, and environmental system according to the requirements of international standards: ISO 9001, ISO 14001, and ISO 45001.

This was presented by Dr. TEGUZA Raymond, representative of the SQS company, whose mission is to certify companies that operate in compliance with these standards. He stated that the FOMI Company is making progress since its last audit conducted in 2024. He encouraged the FOMI leaders to continue moving forward to maintain the certifications they have already obtained.

The Deputy General Director of the FOMI Company , Herménégilde MANYANGE, on behalf of the General Director of FOMI, expressed his satisfaction with the audit and stated that this gives FOMI the courage to expand its activities into other countries, as it has just done in Dodoma-Tanzania, where a sister company of FOMI, ITRACOM Fertilizers is established. Let you know that  the next audit  at FOMI Company will take place next year 2026.