{"id":10039,"date":"2026-08-17T14:46:12","date_gmt":"2026-08-17T14:46:12","guid":{"rendered":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/?p=10039"},"modified":"2026-08-17T14:46:16","modified_gmt":"2026-08-17T14:46:16","slug":"menya-igihe-ciza-co-gukoresha-ishwagara-yo-mu-ndimo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/menya-igihe-ciza-co-gukoresha-ishwagara-yo-mu-ndimo\/","title":{"rendered":"MENYA IGIHE CIZA CO GUKORESHA ISHWAGARA YO MU NDIMO"},"content":{"rendered":"\n<p>Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry\u2019agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze?<\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivuga\u00a0 ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n\u2019ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza akaba n\u2019umuhinga mu vyo gufumbira isi, asigura ko ishwagara yo mu ndimo ari ishwagara itunze ivyunyunyu calcium (CaO) na magnesium (MgO). Ivyo vyunyunyu ni vyo vyonyene bishobora kurwanya icunyunyu kibi cane gitera umururazi ari co aluminium. KABONEKA Salvator ahanura abarimyi biteguriye agatasi gutegura neza indimo, bagashiramwo ishwagara n\u2019imiburiburi ukwezi kumwe imbere yo guteragira imbuto. Hambavu y&#8217;iyo shwagara y&#8217;indimo , uwo muhinga asaba abarimyi kwitwararika n\u2019ubundi buhinga abafundi b\u2019indimo babigisha.<\/p>\n\n\n\n<p>Mwomenya ko uruganda FOMI rusanzwe ruhingura ishwagara nziza y\u2019indimo ku buhinga bwizewe kandi ko umurimyi wese ayipfuza ashobora kuyironka. &nbsp;<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-image size-full\"><img fetchpriority=\"high\" decoding=\"async\" width=\"1920\" height=\"1080\" src=\"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-content\/uploads\/sites\/4\/2026\/08\/9625.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-10040\" \/><\/figure>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri iki gihe abarimyi bariko barasiza bitegurira irima ry\u2019agatasi. Umurimyi ariko aritegurira agatasi, ntiyokwibagira gutegekanya ivyo gukoresha ishwagara yo mu ndimo. Mwokwibaza ico ishwagara yo mu ndimo imaze? Nk\u2019uko abahinga banonosoye ivyo gufumbira isi babivuga\u00a0 ishwagara yo mu ndimo ni ishwagara itandukanye cane n\u2019ayandi mashwagara. KABONEKA Salvator, umwigisha muri kaminuza akaba n\u2019umuhinga mu vyo gufumbira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":10041,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[24,29],"tags":[30,37,38],"class_list":["post-10039","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-actualites","category-informations","tag-fomi","tag-ishwagara","tag-kaboneka-salvator"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10039","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=10039"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10039\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":10042,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/10039\/revisions\/10042"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/10041"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=10039"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=10039"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/fomi.bi\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=10039"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}